Twiyemeje kuvuga ururimi rwawe

Twiyemeje gutanga seruvise za banki ata muntu zikumira kandi abantu bose bashobora gushikira, kandi turanezerezwa cane ubwacu no guha seruvise abakiriya bafise amamuko atandukanye.

Turazi ko benshi mu bakiriya bacu bahitamwo kutuvugisha mu rurimi rutari icongereza. Nimba uhitamwo kutuvugisha mu rundi rurimi, turashobora kumvikana n'umusobanuzi agufasha ku bijanye n'amakuru rusangi yerekeye banki wipfuza kumenya, mu gihe umusobanuzi wacu yabanje kutwemerera ko afise umwanya. Abasobanuzi bacu bavuga indimi nyinshi zitandukanye, biroroshe niwoterefona utegerezwa gusa kubaza umukozi wa banki akuronsa seruvise ibiraba iyi seruvise y'umusobanuzi.

Important information